ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 4:26
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 26 Ikinure caryo cose azogifumbisha umwotsi ku gicaniro nka ca kinure c’ishikanwa ry’ugusangira+. Kandi umuherezi aze amutangire impongano ku bw’igicumuro ciwe+, abone kukibabarirwa.

  • Zaburi 20:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  3 Niyibuke amashikanwa yawe yose+,

      Yemere ishikanwa ryawe riturirwa, abone ko rinuze+. Sela.

  • Abaheburayo 10:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Amaze kubanza kuvuga ati: “Ntiwashatse canke ngo ushime ibimazi n’amashikanwa be n’amashikanwa aturiwe uko yakabaye be n’amashikanwa y’igicumuro+”—bikaba ari ibimazi bishikanwa hisunzwe Itegeko+—

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika