Guharura 23:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Mu nyuma Yehova abonana na Balamu maze ashira ijambo mu kanwa kiwe, avuga ati+: “Subira kuri Balaki+, kandi uku abe ari ko umubwira.” Guharura 24:1 Bibiliya y’isi nshasha 24 Balamu abonye ko vyari vyiza mu maso ya Yehova guhezagira Isirayeli, ntiyagenda, nko ku zindi ncuro+, kurondera ibimenyetso bibi na bimwe bitara ibizoba+, mugabo yerekeza mu maso hiwe mu gahinga.
16 Mu nyuma Yehova abonana na Balamu maze ashira ijambo mu kanwa kiwe, avuga ati+: “Subira kuri Balaki+, kandi uku abe ari ko umubwira.”
24 Balamu abonye ko vyari vyiza mu maso ya Yehova guhezagira Isirayeli, ntiyagenda, nko ku zindi ncuro+, kurondera ibimenyetso bibi na bimwe bitara ibizoba+, mugabo yerekeza mu maso hiwe mu gahinga.