Guharura 22:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 Mugabo umumarayika wa Yehova abwira Balamu ati: “Jana n’abo bagabo+; kandi ntihaze hagire ikindi uvuga atari ijambo nzokubwira+.” Nuko Balamu abandanya kujana n’abaganwa ba Balaki. Guharura 23:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Yehova rero ashira ijambo mu kanwa ka Balamu+, avuga ati: “Subira kuri Balaki, maze uku abe ari ko uvuga+.” Guharura 24:1 Bibiliya y’isi nshasha 24 Balamu abonye ko vyari vyiza mu maso ya Yehova guhezagira Isirayeli, ntiyagenda, nko ku zindi ncuro+, kurondera ibimenyetso bibi na bimwe bitara ibizoba+, mugabo yerekeza mu maso hiwe mu gahinga.
35 Mugabo umumarayika wa Yehova abwira Balamu ati: “Jana n’abo bagabo+; kandi ntihaze hagire ikindi uvuga atari ijambo nzokubwira+.” Nuko Balamu abandanya kujana n’abaganwa ba Balaki.
5 Yehova rero ashira ijambo mu kanwa ka Balamu+, avuga ati: “Subira kuri Balaki, maze uku abe ari ko uvuga+.”
24 Balamu abonye ko vyari vyiza mu maso ya Yehova guhezagira Isirayeli, ntiyagenda, nko ku zindi ncuro+, kurondera ibimenyetso bibi na bimwe bitara ibizoba+, mugabo yerekeza mu maso hiwe mu gahinga.