Guharura 22:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Nuko Balaki+ mwene Zipori abona ivyo Isirayeli yari yakoreye Abamori vyose. Yosuwa 24:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Maze Balaki mwene Zipori+, umwami wa Mowabu, arahaguruka, arwanya Isirayeli+. Atumako rero Balamu mwene Beyori kugira ngo ahamagarire akabi kuri mwebwe+.
9 Maze Balaki mwene Zipori+, umwami wa Mowabu, arahaguruka, arwanya Isirayeli+. Atumako rero Balamu mwene Beyori kugira ngo ahamagarire akabi kuri mwebwe+.