ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 3:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Baze bashitse ico babwirizwa kunkorera be n’ico babwirizwa gukorera ikoraniro ryose imbere y’ihema ry’ihuriro, mu kurangura igikorwa c’itaberenakulo.

  • Guharura 18:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Kandi baze bashitse ico babwirizwa kunkorera n’ico babwirizwa gukorera ihema ryose+. Gusa ntibaze begere ibikoresho vy’ahantu heranda n’igicaniro kugira ngo boye gupfa+, baba bo canke mwebwe.

  • Guharura 31:30
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 30 Kandi ku ca kabiri cegukira bene Isirayeli uze utore kimwekimwe kuri mirongo itanu, haba mu bantu, mu busho, mu ndogobwa no mu mukuku, mu bwoko bwose bw’igikoko c’igitungano, maze ubihe Abalewi+, abashitsa igikorwa bajejwe c’itaberenakulo ya Yehova+.”

  • 1 Ngoma 23:32
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 32 Kandi bitwararika ivyo kurinda+ ihema ry’ihuriro no kurinda ahantu heranda+ no kurinda abahungu ba Aroni bene wabo, ku bw’igikorwa c’inzu ya Yehova+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika