Guharura 13:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Igihe Musa yariko abatuma gutata igihugu ca Kanani, ababwira ati: “Dugane aha muje muri Negebu+, maze muduge mu karere k’imisozi+. Yosuwa 10:40 Bibiliya y’isi nshasha 40 Yosuwa asasika igihugu cose c’akarere k’imisozi+ na Negebu+ na Shefela+ n’imimanuko+ n’abami baho bose. Ntiyasigaza n’umwe, kandi atikiza+ ikintu cose cahumeka+, nk’uko nyene Yehova Imana ya Isirayeli yari yarategetse+.
17 Igihe Musa yariko abatuma gutata igihugu ca Kanani, ababwira ati: “Dugane aha muje muri Negebu+, maze muduge mu karere k’imisozi+.
40 Yosuwa asasika igihugu cose c’akarere k’imisozi+ na Negebu+ na Shefela+ n’imimanuko+ n’abami baho bose. Ntiyasigaza n’umwe, kandi atikiza+ ikintu cose cahumeka+, nk’uko nyene Yehova Imana ya Isirayeli yari yarategetse+.