Yosuwa 1:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Guhera mu gahinga, n’iyi Libani, gushika kuri rwa ruzi runini, uruzi Efurate, ni ukuvuga igihugu cose c’Abaheti+, no gushika ku Kiyaga Kinini amaja mu burengero bw’izuba, ni ko kazoba akarere kanyu+. Yosuwa 15:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Urubibe rwo mu burengero rwari ku Kiyaga Kinini+ n’inkengera yaco. Urwo ni rwo rwabaye urubibe rwa bene Yuda irya n’ino, hakurikijwe imiryango yabo.
4 Guhera mu gahinga, n’iyi Libani, gushika kuri rwa ruzi runini, uruzi Efurate, ni ukuvuga igihugu cose c’Abaheti+, no gushika ku Kiyaga Kinini amaja mu burengero bw’izuba, ni ko kazoba akarere kanyu+.
12 Urubibe rwo mu burengero rwari ku Kiyaga Kinini+ n’inkengera yaco. Urwo ni rwo rwabaye urubibe rwa bene Yuda irya n’ino, hakurikijwe imiryango yabo.