Imigani 28:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Uwugwiza ibintu vyiwe vy’agaciro biciye ku nyungu+ no ku kuguranira kwunguka, aba avyegeranirije uwugirira ubutoni abantu batobato+. Ezekiyeli 18:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 yabujije ukuboko kwiwe kugirira nabi umurushwa; ntiyaguraniye kwunguka+ kandi ntiyakiriye inyungu+; yashikije ingingo zanje z’ubutungane+; yagendeye mu vyagezwe vyanje+: uwo ntazopfa kubera ikosa rya se+. Ntazobura kubandanya kubaho+.
8 Uwugwiza ibintu vyiwe vy’agaciro biciye ku nyungu+ no ku kuguranira kwunguka, aba avyegeranirije uwugirira ubutoni abantu batobato+.
17 yabujije ukuboko kwiwe kugirira nabi umurushwa; ntiyaguraniye kwunguka+ kandi ntiyakiriye inyungu+; yashikije ingingo zanje z’ubutungane+; yagendeye mu vyagezwe vyanje+: uwo ntazopfa kubera ikosa rya se+. Ntazobura kubandanya kubaho+.