Guharura 13:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Kandi twabonyeyo Abanefilimu, bene Anaki+, abakomoka ku Banefilimu; ku buryo mu maso yacu bwite twacitse nk’uduhori, kandi ukwo nyene ni ko twacitse mu maso yabo+.” Gusubira mu vyagezwe 2:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 (Abemimu+ kera baba muri co, ari igisata gikomeye, c’abantu benshi kandi barebare nk’Abanakimu+. Gusubira mu vyagezwe 9:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 abantu bakomeye kandi barebare, bene Anakimu+, abo ubwawe wamenye ivyabo kandi ubwawe ukaba warumvise bivugwa ngo: ‘Ni nde ashobora guhagarara ashikamye imbere ya bene Anaki?’
33 Kandi twabonyeyo Abanefilimu, bene Anaki+, abakomoka ku Banefilimu; ku buryo mu maso yacu bwite twacitse nk’uduhori, kandi ukwo nyene ni ko twacitse mu maso yabo+.”
2 abantu bakomeye kandi barebare, bene Anakimu+, abo ubwawe wamenye ivyabo kandi ubwawe ukaba warumvise bivugwa ngo: ‘Ni nde ashobora guhagarara ashikamye imbere ya bene Anaki?’