Gusubira mu vyagezwe 11:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Kandi mutegerezwa kuba maso mugashitsa ingingo nyobozi zose n’ingingo z’ubutungane+ nshize imbere yanyu uno musi+. Gusubira mu vyagezwe 26:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 “Uyu musi Yehova Imana yawe agutegetse gushitsa izi ngingo nyobozi n’izi ngingo z’ubutungane+; kandi utegerezwa kuzubahiriza no kuzishitsa n’umutima wawe wose+ n’ubuzima bwawe bwose+. Luka 11:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Mugabo na we avuga ati: “Oya, ahubwo hahiriwe abumva ijambo ry’Imana bakarigumya+!”
32 Kandi mutegerezwa kuba maso mugashitsa ingingo nyobozi zose n’ingingo z’ubutungane+ nshize imbere yanyu uno musi+.
16 “Uyu musi Yehova Imana yawe agutegetse gushitsa izi ngingo nyobozi n’izi ngingo z’ubutungane+; kandi utegerezwa kuzubahiriza no kuzishitsa n’umutima wawe wose+ n’ubuzima bwawe bwose+.