Abalewi 26:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 nanje ata gukeka nzobacuncuburira imvura ku gihe cayo+, kandi igihugu kizotanga koko umwimbu waco+, n’igiti co mw’itongo gitange icamwa caco+. Gusubira mu vyagezwe 11:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 nanje sinzobura gutanga imvura ku gihugu canyu ku gihe cayo+, imvura y’agatasi n’imvura y’impeshi+, kandi koko uzokwegeranya intete zawe n’umuvinyu wawe usosa n’amavuta yawe. Yeremiya 14:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Mbega mu bigirwamana bitagira mvura+ vy’amahanga hari icoshobora kugwisha imvura, canke amajuru ubwayo yoshobora gutanga imvura nyinshi+? None si wewe, ga Yehova Mana yacu+? Kandi turakwizigiye, kuko ari wewe wakoze ivyo bintu vyose+.
4 nanje ata gukeka nzobacuncuburira imvura ku gihe cayo+, kandi igihugu kizotanga koko umwimbu waco+, n’igiti co mw’itongo gitange icamwa caco+.
14 nanje sinzobura gutanga imvura ku gihugu canyu ku gihe cayo+, imvura y’agatasi n’imvura y’impeshi+, kandi koko uzokwegeranya intete zawe n’umuvinyu wawe usosa n’amavuta yawe.
22 Mbega mu bigirwamana bitagira mvura+ vy’amahanga hari icoshobora kugwisha imvura, canke amajuru ubwayo yoshobora gutanga imvura nyinshi+? None si wewe, ga Yehova Mana yacu+? Kandi turakwizigiye, kuko ari wewe wakoze ivyo bintu vyose+.