1 Samweli 17:44 Bibiliya y’isi nshasha 44 Nya Mufilisitiya abandanya kubwira Dawidi ati: “Ingo gusa kuri jewe, maze inyama zawe ndazihe ibiguruka vyo mu kirere n’ibikoko vyo mw’ishamba+.” Zaburi 79:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Yatanze umuvyimba w’abasavyi bawe ngo ube indya z’ibiguruka vyo mu kirere+,Inyama z’intahemuka zawe aziha ibikoko vyo kw’isi+. Yeremiya 7:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Imivyimba y’aba bantu izoba koko indya z’ibiremwa biguruka vyo mu kirere n’iz’ibikoko vyo kw’isi, ata n’umwe abijugumiza+.
44 Nya Mufilisitiya abandanya kubwira Dawidi ati: “Ingo gusa kuri jewe, maze inyama zawe ndazihe ibiguruka vyo mu kirere n’ibikoko vyo mw’ishamba+.”
2 Yatanze umuvyimba w’abasavyi bawe ngo ube indya z’ibiguruka vyo mu kirere+,Inyama z’intahemuka zawe aziha ibikoko vyo kw’isi+.
33 Imivyimba y’aba bantu izoba koko indya z’ibiremwa biguruka vyo mu kirere n’iz’ibikoko vyo kw’isi, ata n’umwe abijugumiza+.