Gusubira mu vyagezwe 28:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Umuvyimba wawe uzocika ivyo kurya vy’ibiguruka vyose vyo mu kirere n’ibikoko vyo mw’ishamba, ata n’umwe abijugumiza+. Zaburi 79:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Yatanze umuvyimba w’abasavyi bawe ngo ube indya z’ibiguruka vyo mu kirere+,Inyama z’intahemuka zawe aziha ibikoko vyo kw’isi+. Yeremiya 12:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Intoranwa yanje+ kuri jewe ni nk’inyoni ihiga y’amabara menshi; inyoni zihiga ziyitonzeko irya n’ino+. Nimuze, mukoranire hamwe, mwese bikoko vyo mu gahinga; nimubizane birye+. Yeremiya 16:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 ‘Bazokwicwa n’indwara+. Ntibazoborogerwa+ canke ngo bahambwe+. Bazoba nk’intabire ku butaka+; bazomarwa n’inkota n’ikigoyi+, kandi imivyimba yabo izoba koko indya z’ibiremwa biguruka vyo mu kirere n’ibikoko vyo kw’isi+.’ Yeremiya 34:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 egome, nzobatanga mu kuboko kw’abansi babo no mu kuboko kw’abarondera ubuzima bwabo+, kandi imivyimba yabo izoba koko indya z’ibiremwa biguruka vyo mu kirere n’iz’ibikoko vyo kw’isi+.
26 Umuvyimba wawe uzocika ivyo kurya vy’ibiguruka vyose vyo mu kirere n’ibikoko vyo mw’ishamba, ata n’umwe abijugumiza+.
2 Yatanze umuvyimba w’abasavyi bawe ngo ube indya z’ibiguruka vyo mu kirere+,Inyama z’intahemuka zawe aziha ibikoko vyo kw’isi+.
9 Intoranwa yanje+ kuri jewe ni nk’inyoni ihiga y’amabara menshi; inyoni zihiga ziyitonzeko irya n’ino+. Nimuze, mukoranire hamwe, mwese bikoko vyo mu gahinga; nimubizane birye+.
4 ‘Bazokwicwa n’indwara+. Ntibazoborogerwa+ canke ngo bahambwe+. Bazoba nk’intabire ku butaka+; bazomarwa n’inkota n’ikigoyi+, kandi imivyimba yabo izoba koko indya z’ibiremwa biguruka vyo mu kirere n’ibikoko vyo kw’isi+.’
20 egome, nzobatanga mu kuboko kw’abansi babo no mu kuboko kw’abarondera ubuzima bwabo+, kandi imivyimba yabo izoba koko indya z’ibiremwa biguruka vyo mu kirere n’iz’ibikoko vyo kw’isi+.