ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 56:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Mwa bikoko vyo mu gahinga mwese, nimuze murye, mwa bikoko vyo mu kibira mwese+!

  • Yeremiya 7:33
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 33 Imivyimba y’aba bantu izoba koko indya z’ibiremwa biguruka vyo mu kirere n’iz’ibikoko vyo kw’isi, ata n’umwe abijugumiza+.

  • Ezekiyeli 39:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 “Nayo wewe ga mwana w’umuntu, ibi ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: ‘Bwira inyoni z’amababa y’ubwoko bwose be n’ibikoko vyose vyo mu gahinga+, uti: “Nimwikoranirize hamwe, muze. Nimwiyegeranirize hamwe muvuye impande zose, muze ku kimazi canje nshikanye ku bwanyu, ikimazi gihambaye ku misozi ya Isirayeli+. Kandi koko muzorya inyama, munywe n’amaraso+.

  • Ivyahishuwe 19:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 kugira ngo murye inyama+ z’abami n’inyama z’abakomanda ba gisirikare n’inyama z’abantu b’inkomezi+ n’inyama z’amafarasi+ n’iz’abayicayeko, n’inyama za bose, iz’abidegemvya n’iz’abashumba n’iz’abato n’abahambaye.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika