Yosuwa 18:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Maze umuryango wa bene Benyamini+ ugirirwa ubupfindo+ hakurikijwe imiryango yabo; akarere baheshejwe ubupfindo kari hagati ya bene Yuda+ na bene Yozefu+. Zaburi 68:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Aho ni ho hari ka Benyamini kabamara igabo+,Abaganwa ba Yuda kumwe n’isinzi ryabo ryiha akaruru,Abaganwa ba Zebuloni, abaganwa ba Nafutali+.
11 Maze umuryango wa bene Benyamini+ ugirirwa ubupfindo+ hakurikijwe imiryango yabo; akarere baheshejwe ubupfindo kari hagati ya bene Yuda+ na bene Yozefu+.
27 Aho ni ho hari ka Benyamini kabamara igabo+,Abaganwa ba Yuda kumwe n’isinzi ryabo ryiha akaruru,Abaganwa ba Zebuloni, abaganwa ba Nafutali+.