Gusubira mu vyagezwe 6:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Ku bw’ivyo, Yehova yadutegetse gushitsa izi ngingo nyobozi zose+, gutinya Yehova Imana yacu ku neza yacu nantaryo+, kugira tugume turi bazima nk’uko biri uyu musi+. Yosuwa 23:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Kandi muze mwame mwirinda+ ubwanyu, mu gukunda Yehova Imana yanyu+.
24 Ku bw’ivyo, Yehova yadutegetse gushitsa izi ngingo nyobozi zose+, gutinya Yehova Imana yacu ku neza yacu nantaryo+, kugira tugume turi bazima nk’uko biri uyu musi+.