Kuvayo 19:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Yehova aca abwira Musa ati: “Ehe ndaje kuri wewe mu gicu cijimye+, kugira abantu bumve igihe mvugana nawe+, no kugira ngo na wewe bakwizere gushika igihe kitagira urugero+.” Maze Musa yiganira Yehova amajambo y’abantu. Kuvayo 19:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Umusozi Sinayi ufumba umwotsi hose+, bitumwe n’uko Yehova yari yamanutse kuri wo mu muriro+. Kandi umwotsi wawo waguma uduga nk’umwotsi w’itanure+, kandi umusozi wose wariko urajugumira cane+. Kuvayo 20:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Yehova yongera kubwira Musa+ ati: “Ibi ni vyo ubwirizwa kubwira bene Isirayeli: ‘Ubwanyu mwariboneye yuko navuganye namwe ndi mu majuru+. Gusubira mu vyagezwe 4:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Hari ikindi gisata cumvise ijwi ry’Imana rivugira hagati mu muriro, nk’uko ubwawe waryumvise, kikabandanya kubaho+? Ivyakozwe 7:38 Bibiliya y’isi nshasha 38 Uyo ni we+ yahavuye aba hagati mw’ishengero+ mu gahinga ari kumwe na wa mumarayika+ yavugana na we ku musozi Sinayi, aba kandi kumwe na ba sogokuruza, yongera aronka amajambo meranda mazima+ yo kubaha.
9 Yehova aca abwira Musa ati: “Ehe ndaje kuri wewe mu gicu cijimye+, kugira abantu bumve igihe mvugana nawe+, no kugira ngo na wewe bakwizere gushika igihe kitagira urugero+.” Maze Musa yiganira Yehova amajambo y’abantu.
18 Umusozi Sinayi ufumba umwotsi hose+, bitumwe n’uko Yehova yari yamanutse kuri wo mu muriro+. Kandi umwotsi wawo waguma uduga nk’umwotsi w’itanure+, kandi umusozi wose wariko urajugumira cane+.
22 Yehova yongera kubwira Musa+ ati: “Ibi ni vyo ubwirizwa kubwira bene Isirayeli: ‘Ubwanyu mwariboneye yuko navuganye namwe ndi mu majuru+.
33 Hari ikindi gisata cumvise ijwi ry’Imana rivugira hagati mu muriro, nk’uko ubwawe waryumvise, kikabandanya kubaho+?
38 Uyo ni we+ yahavuye aba hagati mw’ishengero+ mu gahinga ari kumwe na wa mumarayika+ yavugana na we ku musozi Sinayi, aba kandi kumwe na ba sogokuruza, yongera aronka amajambo meranda mazima+ yo kubaha.