ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 9:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 “Yehova Imana yawe niyabahinda bakava imbere yawe, ntuze uvuge mu mutima wawe, ngo: ‘Ubugororotsi bwanje bwite ni bwo bwatumye Yehova anzana ngo nigarurire iki gihugu+,’ kandi ububisha bw’aya mahanga ari bwo butumye Yehova ayirukana akava imbere yawe+.

  • 1 Abakorinto 4:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Kuko, ni nde akugira uwutandukanye+ n’uwundi? Mu vy’ukuri, ni igiki ufise utahawe+? Nimba none waragihawe koko+, kubera iki wirata+ nk’aho utagihawe?

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika