ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 32:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Maze Yakobo atuma intumwa+ imbere yiwe kuri Esawu mwene wabo mu gihugu ca Seyiri+, akarere ka Edomu+,

  • Itanguriro 36:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Nuko Esawu aba mu karere k’imisozi ka Seyiri+. Esawu ni we Edomu+.

  • Gusubira mu vyagezwe 32:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  8 Igihe Musumbavyose yaha amahanga intoranwa+,

      Igihe yatandukanya abana ba Adamu+,

      Ni ho yashingira urubibe ibisata vy’abantu+

      Afatiye ku gitigiri ca bene Isirayeli+.

  • Yosuwa 24:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Maze Izahaki ndamuha Yakobo na Esawu+. Mu nyuma Esawu ndamuha umusozi Seyiri kugira ngo awigarurire+; hanyuma Yakobo n’abahungu biwe bamanuka mu Misiri+.

  • 2 Ngoma 20:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 None ehe bene Amoni+, na Mowabu+ n’akarere k’imisozi ka Seyiri+, abo utemereye Isirayeli kubashwaramwo igihe bari bavuye mu gihugu ca Misiri, mugabo bagaca kure yabo ntibabazimanganye+,

  • Ivyakozwe 17:26
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 26 Kandi yakoze amahanga yose+ y’abantu iyakuye mu muntu umwe+, ngo babe ku buringanire bwose bw’isi+, ishinga ibihe+ n’imbibe z’aho abantu baba+,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika