ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 20:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Turakwinginze ureke duce mu gihugu cawe. Ntituzoca mw’itongo canke mu murima w’imizabibu, kandi ntituzonywa amazi y’iriba. Tuzogendera mu nzira y’umwami+. Ntituzokebereza iburyo canke ibubamfu+, gushika turenganye akarere kawe.’”

  • Guharura 20:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Gutyo Edomu yankira Isirayeli guca mu karere kiwe+. Ku bw’ivyo Isirayeli akebereza kure yiwe+.

  • Gusubira mu vyagezwe 2:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Ntimushihane na bo, kuko ntazobaha ku gihugu cabo n’akangana n’ubwaguke bw’ubworo bw’ikirenge; kuko umusozi Seyiri nawuhaye Esawu ngo awiganzire+.

  • Gusubira mu vyagezwe 2:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Yehova maze ambwira ati: ‘Ntusindire Mowabu canke ngo uje mu ntambara na bo, kuko ata na gatoyi nzoguha ngo wiganzire ku gihugu ciwe, kuko Ari+ nayihaye bene Loti+ ngo bayiganzire.

  • Gusubira mu vyagezwe 2:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 kandi utegerezwa kwegera gushika imbere ya bene Amoni. Ntubasindire canke ngo ushihane na bo, kuko ata na gatoyi nzoguha ngo wiganzire ku gihugu ca bene Amoni, kuko nagihaye bene Loti ngo baciganzire+.

  • Abacamanza 11:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 amubwira ati:

      “Ibi ni vyo Yefuta avuze: ‘Isirayeli ntiyatwaye igihugu ca Mowabu+ n’igihugu ca bene Amoni+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika