ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 2:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 kandi utegerezwa kwegera gushika imbere ya bene Amoni. Ntubasindire canke ngo ushihane na bo, kuko ata na gatoyi nzoguha ngo wiganzire ku gihugu ca bene Amoni, kuko nagihaye bene Loti ngo baciganzire+.

  • Gusubira mu vyagezwe 2:37
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 37 Gusa, ntiwegereye igihugu ca bene Amoni+, inkombe yose y’umwonga wa Yaboki+, canke ibisagara vy’akarere k’imisozi, canke ikintu cose Yehova Imana yacu yari yatanzeko itegeko.

  • 2 Ngoma 20:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 None ehe bene Amoni+, na Mowabu+ n’akarere k’imisozi ka Seyiri+, abo utemereye Isirayeli kubashwaramwo igihe bari bavuye mu gihugu ca Misiri, mugabo bagaca kure yabo ntibabazimanganye+,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika