Gusubira mu vyagezwe 3:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Abarubeni+ n’Abagadi na bo nabahaye kuva i Gileyadi+ gushika ku mwonga wa Arunoni, hagati na hagati mu mwonga hakaba ari rwo rubibe, no gushika i Yaboki, umwonga w’urubibe rwa bene Amoni+; Abacamanza 11:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 amubwira ati: “Ibi ni vyo Yefuta avuze: ‘Isirayeli ntiyatwaye igihugu ca Mowabu+ n’igihugu ca bene Amoni+.
16 Abarubeni+ n’Abagadi na bo nabahaye kuva i Gileyadi+ gushika ku mwonga wa Arunoni, hagati na hagati mu mwonga hakaba ari rwo rubibe, no gushika i Yaboki, umwonga w’urubibe rwa bene Amoni+;
15 amubwira ati: “Ibi ni vyo Yefuta avuze: ‘Isirayeli ntiyatwaye igihugu ca Mowabu+ n’igihugu ca bene Amoni+.