ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 14:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Gusa ntimugararize Yehova+; kandi mwebwe ntimutinye abantu bo muri ico gihugu+, kuko ari umukate kuri twebwe. Ubwugamo bwabo bwabavuyeko+, kandi Yehova ari kumwe natwe+. Ntimubatinye+.”

  • Gusubira mu vyagezwe 7:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 Kandi ata gukeka azotanga abami babo mu kuboko kwawe+, kandi utegerezwa kurandura amazina yabo munsi y’amajuru+. Nta n’umwe azoguhagarara imbere+, gushika ubatikije+.

  • Abacamanza 11:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 Mbega uwo wese Kemoshi+ imana yawe itumye womora, si we womora? Kandi umuntu wese Yehova Imana yacu yomoye imbere yacu, ni we tuzokwomora+.

  • Nehemiya 9:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 Abahungu babo+ barinjiye rero bigarurira ico gihugu+, maze utangura kumara igabo+ imbere yabo ababa muri ico gihugu, Abanyakanani+, no kubatanga mu kuboko kwabo, egome, abami babo+ n’ibisata vy’abantu vy’ico gihugu+, kugira ngo babagire uko bagomba+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika