Yosuwa 18:1 Bibiliya y’isi nshasha 18 Maze ikoraniro ryose rya bene Isirayeli rikoranira i Shilo+, hanyuma bashinga ihema ry’ihuriro ng’aho+, kuko igihugu cari kimaze kumarwa igabo imbere yabo+. 1 Ngoma 22:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 “Mbega Yehova Imana yanyu+ ntari kumwe namwe, kandi ntiyabahaye akaruhuko impande zose+? Kuko yatanze mu kuboko kwanje ababa mu gihugu, kandi igihugu caramazwe igabo imbere ya Yehova+ n’imbere y’abantu biwe.
18 Maze ikoraniro ryose rya bene Isirayeli rikoranira i Shilo+, hanyuma bashinga ihema ry’ihuriro ng’aho+, kuko igihugu cari kimaze kumarwa igabo imbere yabo+.
18 “Mbega Yehova Imana yanyu+ ntari kumwe namwe, kandi ntiyabahaye akaruhuko impande zose+? Kuko yatanze mu kuboko kwanje ababa mu gihugu, kandi igihugu caramazwe igabo imbere ya Yehova+ n’imbere y’abantu biwe.