Gusubira mu vyagezwe 27:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Uze uyandikeko amajambo yose y’iri tegeko+ niwamara kujabuka+, kugira winjire mu gihugu Yehova Imana yawe agira aguhe, igihugu gitemba amata n’ubuki, wisunze ivyo Yehova Imana ya ba sogokuruza bawe yakubwiye+. Gusubira mu vyagezwe 27:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Utegerezwa kwandika kuri ayo mabuye amajambo yose y’iri tegeko+, ku buryo asomeka neza+.” 2 Abakorinto 3:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Kuko muboneka ko muri ikete rya Kristu ryanditswe na twebwe abasuku+, ritandikishijwe irangi, ahubwo ryandikishijwe impwemu+ y’Imana nzima, atari ku bisate vy’amabuye+, ahubwo ku bisate vy’inyama, ku mitima+.
3 Uze uyandikeko amajambo yose y’iri tegeko+ niwamara kujabuka+, kugira winjire mu gihugu Yehova Imana yawe agira aguhe, igihugu gitemba amata n’ubuki, wisunze ivyo Yehova Imana ya ba sogokuruza bawe yakubwiye+.
3 Kuko muboneka ko muri ikete rya Kristu ryanditswe na twebwe abasuku+, ritandikishijwe irangi, ahubwo ryandikishijwe impwemu+ y’Imana nzima, atari ku bisate vy’amabuye+, ahubwo ku bisate vy’inyama, ku mitima+.