Guharura 21:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Inyuma y’ivyo barahindukira, badugana inzira ya Bashani+. Ogi+ umwami wa Bashani aca arasohoka guhura na bo, we hamwe n’abantu biwe bose, mu rugamba rw’i Edireyi+. Gusubira mu vyagezwe 3:1 Bibiliya y’isi nshasha 3 “Maze turahindukira, tudugana inzira ya Bashani. Ogi+ umwami wa Bashani aca arasohoka, we hamwe n’abantu biwe bose, aza guhura natwe mu rugamba i Edireyi+.
33 Inyuma y’ivyo barahindukira, badugana inzira ya Bashani+. Ogi+ umwami wa Bashani aca arasohoka guhura na bo, we hamwe n’abantu biwe bose, mu rugamba rw’i Edireyi+.
3 “Maze turahindukira, tudugana inzira ya Bashani. Ogi+ umwami wa Bashani aca arasohoka, we hamwe n’abantu biwe bose, aza guhura natwe mu rugamba i Edireyi+.