Guharura 34:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 “‘Urubibe rwo mu burengero+ na rwo ruze rubabere Ikiyaga Kinini be n’inkengera. Urwo ni rwo ruzoba urubibe rwanyu rwo mu burengero. Yosuwa 16:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 kakamanuka amaja mu burengero kerekeza ku rubibe rw’Abayafuleti, gushika ku rubibe rwa Beti-horoni yo Hepfo+ na Gezeri+, kakagarukira ku kiyaga+.
6 “‘Urubibe rwo mu burengero+ na rwo ruze rubabere Ikiyaga Kinini be n’inkengera. Urwo ni rwo ruzoba urubibe rwanyu rwo mu burengero.
3 kakamanuka amaja mu burengero kerekeza ku rubibe rw’Abayafuleti, gushika ku rubibe rwa Beti-horoni yo Hepfo+ na Gezeri+, kakagarukira ku kiyaga+.