Guharura 33:55 Bibiliya y’isi nshasha 55 “‘Ariko nimutirukana ababa muri ico gihugu ngo bave imbere yanyu+, abo muzosigaza muri bo ntibazobura kubabera nk’ibintu bibazibura mu maso, bababere kandi nk’amahwa mu mbavu; emwe, bazobatoteza mu gihugu muzoba mubayemwo+. Abacamanza 18:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Na bo bishura bati: “Haguruke, tuduge kubatera; kuko twabonye ico gihugu, kandi ni ciza cane+. Namwe muriko mugonanwa. Ntimugire ubute bwo kugenda, kugira mwinjire maze mwigarurire ico gihugu+. Imigani 10:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Uwukorana ukuboko kw’ubute azoba ntahonikora+, ariko ukuboko kw’umuntu w’umunyamwete kuzomutungisha+.
55 “‘Ariko nimutirukana ababa muri ico gihugu ngo bave imbere yanyu+, abo muzosigaza muri bo ntibazobura kubabera nk’ibintu bibazibura mu maso, bababere kandi nk’amahwa mu mbavu; emwe, bazobatoteza mu gihugu muzoba mubayemwo+.
9 Na bo bishura bati: “Haguruke, tuduge kubatera; kuko twabonye ico gihugu, kandi ni ciza cane+. Namwe muriko mugonanwa. Ntimugire ubute bwo kugenda, kugira mwinjire maze mwigarurire ico gihugu+.
4 Uwukorana ukuboko kw’ubute azoba ntahonikora+, ariko ukuboko kw’umuntu w’umunyamwete kuzomutungisha+.