ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 23:30
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 30 Nzobirukana buhorobuhoro bakuve imbere, gushika urondotse, ukigarurira koko nya gihugu+.

  • Guharura 13:30
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 30 Maze Kalebu+ agerageza gutururuza abantu kugira ngo bumvirize Musa, hanyuma avuga ati: “Tuduge ubu nyene, kandi ntituzobura kwigarurira ico gihugu, kuko dushobora vy’ukuri kukinesha+.”

  • Yosuwa 18:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Nuko Yosuwa abwira bene Isirayeli ati: “Muzogeza ryari gufata minenegwe ivyo kwinjira kwigarurira igihugu+ Yehova Imana ya ba sogokuruza banyu yabahaye+?

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika