Yosuwa 18:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 na Zela+, Ha-elefu na Yebusi, ari yo Yeruzalemu+, na Gibeya+ na Kiriyati; ibisagara cumi na bine n’imihana irundanye ibikukira. Iyo ni yo yabaye intoranwa ya bene Benyamini hakurikijwe imiryango yabo+. Abacamanza 1:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Vyongeye, bene Yuda barwanya Yeruzalemu+ hanyuma barahafata maze bahakubitisha ubugi bw’inkota, ico gisagara bagiha umuriro.
28 na Zela+, Ha-elefu na Yebusi, ari yo Yeruzalemu+, na Gibeya+ na Kiriyati; ibisagara cumi na bine n’imihana irundanye ibikukira. Iyo ni yo yabaye intoranwa ya bene Benyamini hakurikijwe imiryango yabo+.
8 Vyongeye, bene Yuda barwanya Yeruzalemu+ hanyuma barahafata maze bahakubitisha ubugi bw’inkota, ico gisagara bagiha umuriro.