Abacamanza 19:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Mu gihe bariko bararyoherwa+, abagabo bo muri ico gisagara, abagabo b’imburakimazi gusa+, bakikuza nya nzu+, basunikana ku muryango; baguma babwira nya mutama, nyene inzu, bati: “Sohora uwo mugabo yinjiye mu nzu yawe turyamane na we+.”
22 Mu gihe bariko bararyoherwa+, abagabo bo muri ico gisagara, abagabo b’imburakimazi gusa+, bakikuza nya nzu+, basunikana ku muryango; baguma babwira nya mutama, nyene inzu, bati: “Sohora uwo mugabo yinjiye mu nzu yawe turyamane na we+.”