Itanguriro 49:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 “Nayo wewe Yuda+, bene wanyu bazoguhaya+. Ukuboko kwawe kuzoba ku gakanu k’abansi bawe+. Abana ba so bazokubita inkoro hasi imbere yawe+. Guharura 10:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Hatangura rero kugenda umugabane ugizwe n’imiryango itatu w’ikambi ya bene Yuda hisunzwe ingabo zabo+, Nahashoni+ mwene Aminadabu akaba ari we yagaba ingabo zabo. Abacamanza 1:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Yehova avuga ati: “Yuda azoduga+. Ehe nzotanga ata gukeka igihugu mu kuboko kwiwe.” 1 Ngoma 5:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Kuko Yuda+ yabaye mukuru muri bene wabo; kandi uwobaye indongozi yakomotse muri we+; mugabo uburenganzira bw’imfura bwari ubwa Yozefu+—
8 “Nayo wewe Yuda+, bene wanyu bazoguhaya+. Ukuboko kwawe kuzoba ku gakanu k’abansi bawe+. Abana ba so bazokubita inkoro hasi imbere yawe+.
14 Hatangura rero kugenda umugabane ugizwe n’imiryango itatu w’ikambi ya bene Yuda hisunzwe ingabo zabo+, Nahashoni+ mwene Aminadabu akaba ari we yagaba ingabo zabo.
2 Kuko Yuda+ yabaye mukuru muri bene wabo; kandi uwobaye indongozi yakomotse muri we+; mugabo uburenganzira bw’imfura bwari ubwa Yozefu+—