ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abacamanza 20:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Barahaguruka rero, baduga i Beteli maze basiguza Imana+. Nuko bene Isirayeli bavuga bati: “Ni nde muri twebwe azotangura kuduga mu rugamba rwo kurwanya bene Benyamini+?” Yehova avuga ati: “Yuda ni we azotangura+.”

  • Abacamanza 20:26
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 26 Nuko bene Isirayeli bose+, emwe abantu bose baraduga bashika i Beteli, baririra+ ng’aho bongera bicara ng’aho imbere ya Yehova; kuri uwo musi barisonzesha+ gushika ku mugoroba, bongera bashikana imbere ya Yehova amashikanwa aturirwa+ n’amashikanwa y’ugusangira+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika