1 Abami 18:40 Bibiliya y’isi nshasha 40 Maze Eliya ababwira ati: “Nimucakire abahanuzi ba Bayali! Ntihagire n’umwe muri bo acoroka!” Baca barabacakira, maze Eliya abamanukana ku mwonga Kishoni+, abicirayo+. Zaburi 83:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Nubagirire nk’uko wagiriye Midiyani+, nk’uko wagiriye Sisera+,Nk’uko wagiriye Yabini+ ku mwonga Kishoni+.
40 Maze Eliya ababwira ati: “Nimucakire abahanuzi ba Bayali! Ntihagire n’umwe muri bo acoroka!” Baca barabacakira, maze Eliya abamanukana ku mwonga Kishoni+, abicirayo+.
9 Nubagirire nk’uko wagiriye Midiyani+, nk’uko wagiriye Sisera+,Nk’uko wagiriye Yabini+ ku mwonga Kishoni+.