Abacamanza 5:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Uruzi rw’isumo Kishoni rwabatwaye+,Rwa ruzi rw’isumo rwo mu misi ya kera, rwa ruzi rw’isumo Kishoni+.Wahonyangiye inkomezi hasi+, ewe mutima wanje! Zaburi 83:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Nubagirire nk’uko wagiriye Midiyani+, nk’uko wagiriye Sisera+,Nk’uko wagiriye Yabini+ ku mwonga Kishoni+.
21 Uruzi rw’isumo Kishoni rwabatwaye+,Rwa ruzi rw’isumo rwo mu misi ya kera, rwa ruzi rw’isumo Kishoni+.Wahonyangiye inkomezi hasi+, ewe mutima wanje!
9 Nubagirire nk’uko wagiriye Midiyani+, nk’uko wagiriye Sisera+,Nk’uko wagiriye Yabini+ ku mwonga Kishoni+.