Kuvayo 5:1 Bibiliya y’isi nshasha 5 Mu nyuma Musa na Aroni barinjira, babwira Farawo+ bati: “Ibi ni vyo Yehova Imana ya Isirayeli yavuze: ‘Rekura abantu banje, baje kumpimbariza umusi mukuru mu gahinga+.’” Kuvayo 20:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 “Ndi Yehova Imana yawe+ yagukuye mu gihugu ca Misiri, mu nzu y’abashumba+.
5 Mu nyuma Musa na Aroni barinjira, babwira Farawo+ bati: “Ibi ni vyo Yehova Imana ya Isirayeli yavuze: ‘Rekura abantu banje, baje kumpimbariza umusi mukuru mu gahinga+.’”