2 Ngoma 32:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 We ari kumwe n’ukuboko kw’abantu buntu+, mugabo twebwe turi kumwe na Yehova Imana yacu kugira ngo adutabare+ no kugira arwane intambara zacu+.” Nuko abantu bishimikiza amajambo ya Hezekiya umwami wa Yuda+. Zaburi 33:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Nta mwami akizwa n’ubwinshi bw’inteko za gisirikare+;Umunyenkomezi ubwiwe ntarokorwa n’ubwinshi bw’ububasha+.
8 We ari kumwe n’ukuboko kw’abantu buntu+, mugabo twebwe turi kumwe na Yehova Imana yacu kugira ngo adutabare+ no kugira arwane intambara zacu+.” Nuko abantu bishimikiza amajambo ya Hezekiya umwami wa Yuda+.
16 Nta mwami akizwa n’ubwinshi bw’inteko za gisirikare+;Umunyenkomezi ubwiwe ntarokorwa n’ubwinshi bw’ububasha+.