ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 11:29
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 29 “Kandi, Yehova Imana yawe niyakuzana mu gihugu uriko urajamwo ngo ucigarurire+, utegerezwa rero kuvugira* uwo muhezagiro ku musozi Gerizimu+ n’uwo muvumo ku musozi Ebali+.

  • Yosuwa 8:33
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 33 Isirayeli yose n’abagabo b’inararibonye bayo+ n’abarongozi n’abacamanza bayo, bari bahagaze hirya no hino y’Isandugu imbere y’abaherezi+, Abalewi, ari bo barerura isandugu y’isezerano rya Yehova+, kavamahanga n’imvukira+, igice kimwe cabo kiri imbere y’umusozi Gerizimu+, ikindi gice cabo na co kiri imbere y’umusozi Ebali+ (nk’uko nyene Musa umusavyi wa Yehova yari yarategetse+), kugira babanze guhezagira+ abantu ba Isirayeli.

  • Yohani 4:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 Ba sogokuruza bacu basengera kuri uyu musozi+; mugabo mwebwe muvuga yuko i Yeruzalemu ari ho abantu babwirizwa gusengera+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika