Imigani 29:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Ubwibone bw’umuntu yakuwe mw’ivu buzomucisha bugufi+, mugabo uwuciye bugufi mu mutima azocakira ubuninahazwa+. Matayo 23:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Uwo wese yishira hejuru azocishwa bugufi+, kandi uwo wese yicisha bugufi azoshirwa hejuru+. Abaroma 12:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Mwiyumvire ivy’abandi nk’uko mwiyumvira ivyanyu+; ntimwiyumvire ibintu bihanitse+, ahubwo murongorwe n’ibintu biciye bugufi+. Ntimube abanyabwenge mu maso yanyu bwite+.
23 Ubwibone bw’umuntu yakuwe mw’ivu buzomucisha bugufi+, mugabo uwuciye bugufi mu mutima azocakira ubuninahazwa+.
16 Mwiyumvire ivy’abandi nk’uko mwiyumvira ivyanyu+; ntimwiyumvire ibintu bihanitse+, ahubwo murongorwe n’ibintu biciye bugufi+. Ntimube abanyabwenge mu maso yanyu bwite+.