ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Esiteri 4:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 “Genda ukoranye Abayuda bose bari i Shushani+ hanyuma mwisonzeshe+ ku bwanje, mumare imisi itatu+ mutarya canke ngo munywe, ijoro n’umurango. Na jewe ndi kumwe n’inkumi zanje+, nzokwisonzesha gutyo nyene; nzoheza rero ninjire aho umwami ari, naho biteye kubiri n’itegeko; ninaba mbwirizwa gupfa+, mpfe.”

  • Abaroma 16:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 abemeye guhakwa gucibwa amazosi+ yabo bwite kubera ubuzima bwanje, kandi si jewe gusa ndabakengurukira, mugabo n’amashengero yose yo mu mahanga+;

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika