Abacamanza 9:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Inyuma y’ivyo aja ku nzu ya se wiwe i Ofura+ maze yica bene wabo+, bene Yerubayali, abagabo mirongo irindwi, abicira kw’ibuye rimwe, mugabo Yotamu umuhungu mutoyi wa Yerubayali arasigara, kuko yari yinyegeje.
5 Inyuma y’ivyo aja ku nzu ya se wiwe i Ofura+ maze yica bene wabo+, bene Yerubayali, abagabo mirongo irindwi, abicira kw’ibuye rimwe, mugabo Yotamu umuhungu mutoyi wa Yerubayali arasigara, kuko yari yinyegeje.