Abacamanza 10:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Mu nyuma bene Amoni+ barakorana, maze bashinga ikambi i Gileyadi+. Nuko bene Isirayeli bakoranira hamwe baraheza bashinga ikambi i Mizipa+.
17 Mu nyuma bene Amoni+ barakorana, maze bashinga ikambi i Gileyadi+. Nuko bene Isirayeli bakoranira hamwe baraheza bashinga ikambi i Mizipa+.