1 Abakorinto 7:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 kandi aba abangikanije. Vyongeye, umugore atubatse, n’umwigeme w’isugi, aganyishwa n’ivy’Umukama+, ko yoba mweranda mu mubiri no mu mutima wiwe. Ariko umugore yubatse aganyishwa n’ivy’isi, ingene yoshimwa n’umugabo wiwe+. 1 Abakorinto 7:37 Bibiliya y’isi nshasha 37 Mugabo nimba umuntu yiyemeje mu mutima wiwe kugumya ubusugi bwiwe, akaba ata kimugobera mugabo akaba ategeka ukugomba kwiwe bwite kandi akaba yafashe iyo ngingo mu mutima wiwe bwite, azoba agize neza+.
34 kandi aba abangikanije. Vyongeye, umugore atubatse, n’umwigeme w’isugi, aganyishwa n’ivy’Umukama+, ko yoba mweranda mu mubiri no mu mutima wiwe. Ariko umugore yubatse aganyishwa n’ivy’isi, ingene yoshimwa n’umugabo wiwe+.
37 Mugabo nimba umuntu yiyemeje mu mutima wiwe kugumya ubusugi bwiwe, akaba ata kimugobera mugabo akaba ategeka ukugomba kwiwe bwite kandi akaba yafashe iyo ngingo mu mutima wiwe bwite, azoba agize neza+.