Abacamanza 8:1 Bibiliya y’isi nshasha 8 Maze abagabo ba Efurayimu bamubwira bati: “Ivyo wadukoreye ni ibiki, ko utaduhamagaye igihe waja kurwanya Midiyani+?” Barondera kumutonganya bimwe bikaze+. Imigani 8:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Ugutinya Yehova gusobanura kwanka ibibi+. Ukwishira hejuru n’ubwishime+ n’inzira mbi be n’akanwa kagoramye+, naravyanse. Imigani 16:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Ubwishime buza imbere yo gusenyuka+, umutima wibona na wo imbere yo gutsitara+. Yakobo 3:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Kuko aho ishari+ n’agatima k’amahane biri, ari ho haba umuvurungano n’ikintu c’agahomerabunwa cose+.
8 Maze abagabo ba Efurayimu bamubwira bati: “Ivyo wadukoreye ni ibiki, ko utaduhamagaye igihe waja kurwanya Midiyani+?” Barondera kumutonganya bimwe bikaze+.
13 Ugutinya Yehova gusobanura kwanka ibibi+. Ukwishira hejuru n’ubwishime+ n’inzira mbi be n’akanwa kagoramye+, naravyanse.
16 Kuko aho ishari+ n’agatima k’amahane biri, ari ho haba umuvurungano n’ikintu c’agahomerabunwa cose+.