ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abacamanza 12:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Maze abagabo ba Efurayimu barakoranywa, bajabuka berekeza mu buraruko, hanyuma babwira Yefuta bati: “Kubera iki wajabutse kurwanya bene Amoni ntudutere akamo ngo tujane nawe+? Inzu yawe turayiguturirirako n’umuriro+.”

  • 2 Samweli 19:41
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 41 Nuko abagabo ba Isirayeli bose baza ku mwami, maze babwira umwami bati: “Kubera iki+ bene wacu, abagabo ba Yuda, bakwivye kugira ngo umwami bamujabutse Yorodani ari kumwe n’urugo rwiwe n’ingabo za Dawidi zose+?”

  • 2 Ngoma 25:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Nuko Amaziya arabatandukanya, ni ukuvuga abasirikare bari baje kuri we bavuye muri Efurayimu, kugira bigire iwabo. Ariko ishavu ryabo rirurumbira cane Yuda, ku buryo basubira iwabo barunguriye n’ishavu+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika