Abacamanza 8:1 Bibiliya y’isi nshasha 8 Maze abagabo ba Efurayimu bamubwira bati: “Ivyo wadukoreye ni ibiki, ko utaduhamagaye igihe waja kurwanya Midiyani+?” Barondera kumutonganya bimwe bikaze+. Abacamanza 12:1 Bibiliya y’isi nshasha 12 Maze abagabo ba Efurayimu barakoranywa, bajabuka berekeza mu buraruko, hanyuma babwira Yefuta bati: “Kubera iki wajabutse kurwanya bene Amoni ntudutere akamo ngo tujane nawe+? Inzu yawe turayiguturirirako n’umuriro+.”
8 Maze abagabo ba Efurayimu bamubwira bati: “Ivyo wadukoreye ni ibiki, ko utaduhamagaye igihe waja kurwanya Midiyani+?” Barondera kumutonganya bimwe bikaze+.
12 Maze abagabo ba Efurayimu barakoranywa, bajabuka berekeza mu buraruko, hanyuma babwira Yefuta bati: “Kubera iki wajabutse kurwanya bene Amoni ntudutere akamo ngo tujane nawe+? Inzu yawe turayiguturirirako n’umuriro+.”