Abacamanza 14:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Ku musi ugira kane batangura kubwira umugore wa Samusoni bati: “Henda umugabo wawe kugira ngo adusobanurire ako gapfindo+. Ahandiho, tuzoguturiza umuriro wewe n’inzu ya so+. Mbega mwadutumiye hano kugira mutunyage utwacu+?” Abacamanza 15:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Nuko Abafilisitiya batangura kuvuga bati: “Ni nde yakoze ibi?” Maze bavuga bati: “Ni Samusoni umukwe wa wa Mutimuni, kuko yafashe umugore wiwe akamuha umuherekeza wiwe+.” Abafilisitiya baca baraduga, baturiza umuriro uwo mugore na se wiwe+. 2 Ngoma 25:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Nuko Amaziya arabatandukanya, ni ukuvuga abasirikare bari baje kuri we bavuye muri Efurayimu, kugira bigire iwabo. Ariko ishavu ryabo rirurumbira cane Yuda, ku buryo basubira iwabo barunguriye n’ishavu+.
15 Ku musi ugira kane batangura kubwira umugore wa Samusoni bati: “Henda umugabo wawe kugira ngo adusobanurire ako gapfindo+. Ahandiho, tuzoguturiza umuriro wewe n’inzu ya so+. Mbega mwadutumiye hano kugira mutunyage utwacu+?”
6 Nuko Abafilisitiya batangura kuvuga bati: “Ni nde yakoze ibi?” Maze bavuga bati: “Ni Samusoni umukwe wa wa Mutimuni, kuko yafashe umugore wiwe akamuha umuherekeza wiwe+.” Abafilisitiya baca baraduga, baturiza umuriro uwo mugore na se wiwe+.
10 Nuko Amaziya arabatandukanya, ni ukuvuga abasirikare bari baje kuri we bavuye muri Efurayimu, kugira bigire iwabo. Ariko ishavu ryabo rirurumbira cane Yuda, ku buryo basubira iwabo barunguriye n’ishavu+.