ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 9:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Kuba uriko winjira kwigarurira igihugu cabo si ku bw’ubugororotsi+ bwawe canke ukugororoka kw’umutima wawe+. Nkako, ububisha bw’aya mahanga ni bwo butumye Yehova Imana yawe ayirukana akava imbere yawe+, ku bwo gushitsa ijambo Yehova yarahiye ba sogokuruza bawe, Aburahamu+, Izahaki+ na Yakobo+.

  • Abacamanza 12:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Maze abagabo ba Efurayimu barakoranywa, bajabuka berekeza mu buraruko, hanyuma babwira Yefuta bati: “Kubera iki wajabutse kurwanya bene Amoni ntudutere akamo ngo tujane nawe+? Inzu yawe turayiguturirirako n’umuriro+.”

  • Abacamanza 14:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Ku musi ugira kane batangura kubwira umugore wa Samusoni bati: “Henda umugabo wawe kugira ngo adusobanurire ako gapfindo+. Ahandiho, tuzoguturiza umuriro wewe n’inzu ya so+. Mbega mwadutumiye hano kugira mutunyage utwacu+?”

  • Imigani 22:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Uwubiba ibitagororotse azoshwabura ibintu bibabaza+, mugabo inkoni y’uburake bwiwe izovaho+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika