Abacamanza 12:1 Bibiliya y’isi nshasha 12 Maze abagabo ba Efurayimu barakoranywa, bajabuka berekeza mu buraruko, hanyuma babwira Yefuta bati: “Kubera iki wajabutse kurwanya bene Amoni ntudutere akamo ngo tujane nawe+? Inzu yawe turayiguturirirako n’umuriro+.” Abacamanza 15:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Nuko Abafilisitiya batangura kuvuga bati: “Ni nde yakoze ibi?” Maze bavuga bati: “Ni Samusoni umukwe wa wa Mutimuni, kuko yafashe umugore wiwe akamuha umuherekeza wiwe+.” Abafilisitiya baca baraduga, baturiza umuriro uwo mugore na se wiwe+.
12 Maze abagabo ba Efurayimu barakoranywa, bajabuka berekeza mu buraruko, hanyuma babwira Yefuta bati: “Kubera iki wajabutse kurwanya bene Amoni ntudutere akamo ngo tujane nawe+? Inzu yawe turayiguturirirako n’umuriro+.”
6 Nuko Abafilisitiya batangura kuvuga bati: “Ni nde yakoze ibi?” Maze bavuga bati: “Ni Samusoni umukwe wa wa Mutimuni, kuko yafashe umugore wiwe akamuha umuherekeza wiwe+.” Abafilisitiya baca baraduga, baturiza umuriro uwo mugore na se wiwe+.