ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 18:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Kuko namenyanye na we kugira ategeke abahungu biwe n’urugo rwiwe mu nyuma ziwe, ku buryo bazogumya inzira ya Yehova kugira bashitse ubugororotsi n’ubutungane+; kugira Yehova ashitse koko kuri Aburahamu ivyo yavuze ku bimwerekeye+.”

  • Abacamanza 13:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Nuko Manowa atangura kwinginga Yehova ati: “Ntunga Yehova+. Wa muntu w’Imana y’ukuri uhejeje gutuma, ndakwinginze agaruke aho turi, atwigishe+ ingene tuzogenza uwo mwana azovuka+.”

  • Imigani 22:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Rera umwana wisunze inzira imubereye+; mbere n’igihe azosaza ntazokevya ngo ayivemwo+.

  • Abanyefeso 6:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Namwe ba se, ntimutere ishavu abana banyu+, ahubwo mubandanye kubarera+ mu kubatoza indero+ no mu kuyobora ivyiyumviro+ vyabo nk’uko Yehova yashinze.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika